Yambaye bandage yanditseko Jésus: Rutaha izamu wa Burukina Faso yatangaje abitabiriye igikombe ca Afurika
Ni umunyegori ukomoka muri BurukinaFaso ari munkino z’igikombe ca Afurika kiri kubera muri Côté d’Ivoire yatangaje abantu ibihumbi bitabiriye izo nkino igihe yinjira mu kibuga abanje gufukama agasenga Imana yambaye bandage yanditseko Jésus. (…)